Burundi. Perezida Evariste Ndayishimiye, yavuze ku nkongi z'umuriro za hato na hato

Burundi. Perezida Evariste Ndayishimiye, yavuze ku nkongi z'umuriro za hato na hato

IMENAGITERO

Senior Member
Joined
Mar 18, 2026
Posts
135
Reaction score
3
Mu gihe hamaze imisi hibonekeza impanuka zisubiriza zivuye ku muriro mu bibanza bihuriramwo abantu benshi, Umukuru w'igihugu Evariste arahumuriza abenegihugu ko hariko harafatwa ingingo kugirango izo mpanuka zihagarare. Yabishikirije kuri uyu wa 27 Myandagaro 2026 mu nama nkuru y'umutekano yabereye ku kirimba c'Umukuru w'igihugu i Gitega, yo gusuzuma ibitera izo mpanuka, abo izo mpanuka zivako n'ingingo zofatwa.
 

Attachments

  • AQNWUxMG3-6rz6x3jv0ipS0HtQD2itvUtjX9crCG8z0j-UlK5KJWTRYvwBP-yGQPNYLiaa2uGv1kS3GGwU6S-1f2wHStjA...mp4
    28.5 MB

Similar Discussions

Back
Top Bottom